Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 20:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Nuko tuva aho, twitangira Pawulo imbere, dufata ubwato butujana muri Aso, aho twategerezwa guhurira na Pawulo. Yari yabiteguye uko kuko we yashaka kujayo ajanye ibarabara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Ariko tweho tumwitangira imbere dutambukira mu bgato, turajabuka dufata muri Aso, aho twari tugabiye guhitana Paulo: kuko yari yabishinze artyo, kugira ngo we ace i musozi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 20:13
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mu gitondo ca kare butaraca, Yesu aravyuka, arasohoka aja gusengera mu ahantu hiherereye.


Ahejeje kubasezera, aca aduga ku musozi gusenga.


Pawulo amaze kwerekwa ivyo, duca turitegura ubwo nyene tuja i Makedoniya, kuko twari dutahuye neza ko Imana iduhamagariye kuja kuvugayo Ubutumwa Bwiza.


Nuko batahana wa musore ari muzima, batewe intege cane.


Adusanze muri Aso, twaciye tujana mu bwato gushika i Mitulene.


Maze abo baba baragenda, baturindirira i Tirowa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ