Ivyakozwe 2:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Bumvise urwamo, baca basidukana n’iyonka, baratangara cane kuko umwe wese yumva abizera bavuga ururimi rwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ico gihinda cumvikanye, hakorana abantu benshi, barajorerwa, kuk’ umuntu wese yumvise ururimi rw’i wabo baruvuga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |