Ivyakozwe 2:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe47 Bama bashima Imana ibihe vyose kandi na bo bashimwa n’abantu bose, maze Umwami Imana na we akama abongerereza igitigiri c’abakizwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 bahimbaza Imana, kandi na bo bāshimwa n’abantu bose. Umwami Imana akabongera imisi yose abama barakizwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |