Ivyakozwe 2:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe42 Maze abizera bose bashira imitima ku vyo intumwa zigisha, gusangira ivyabo, kumanyagura imikate, no gusenga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 Bashishikara cane mu vyo intumwa zigisha, no kugira ubumwe, no kumanyagura umutsima no gusenga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |