Ivyakozwe 2:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Petero arabishura ati: “Umuntu wese muri mwebwe niyihane, abatizwe mw’izina rya Yesu Kristo, kugira ngo ivyaha vyanyu bibone guharirwa, ni ho muzoronka ingabire ya Mpwemu Yera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Petero arabishura, ati Ni mwihane, umuntu wese muri mwebge abatizwe mw izina rya Yesu Kristo, mubone guharirwa ivyaha vyanyu, kandi muzohabga ingabire, ari yo Mpwemu Yera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |