35 kugeza abansi bawe bose ndabashize musi y’ibirenge vyawe.’
35 Ushitse aho nzohindurira abansi bawe indava yo musi y’ibirenge vyawe.
Abo bansi banje na bo badashaka ko ndababera umwami, nimubazane hano mubicire imbere yanje.’ ”
Dawidi ntiyaduze mw’ijuru, ariko ni we yavuze ati: ‘Uhoraho yabariye Umwami wanje ati: Icara i buryo bwanje
Nuko rero Abisirayeli nibamenye ukuri badakekeranya ko uwo Yesu, uwo mwebwe mwabamvye, Imana yamugize Umwami na Kristo.”
Kandi Imana, itanga amahoro izofyonyorera vuba Satani musi y’ibirenge vyanyu. Ubuntu bw’Umwami wacu Yesu bubane namwe.
Nca mbona ca gikoko, mbona n’abami bo mw’isi bose n’ingabo zabo zikoraniye kugwanya umwe agendera kw’ifarasi n’ingabo ziwe.