Ivyakozwe 2:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Yeretswe ivyo muri kazoza, avuga ivy’ukuzuka kwa Kristo, ko atarekewe i kuzimu mu kibanza c’abapfuye, kandi ko n’umubiri wiwe utaboze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 yavuze ivy’ ukuzuka kwa Kristo abibonye bitaribgabe, yukw atārekewe mu kuzimu, kandi n’umubiri wiwe ata ho wigeze ubora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |