Ivyakozwe 2:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Yari umuvugishwa w’Imana kandi yari azi ko Imana yari yaramusezeraniye ishizeko n’indahiro ko izokwimika ku ngoma yiwe umwe mu ruvyaro rwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Nuko, kuko yar’ uwavugishwa n’Imana, akamenya kw Imana yamurahiye indahiro, kw izoshira ku ngoma yiwe uwamutse mu bura bgiwe, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |