Ivyakozwe 2:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Ni co gituma umutima wanje unezerewe, ururimi rwanje rugahimbarwa, n’umubiri wanje ukaruhukana ivyizigiro, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Ni co gituma umutima wanje uhimbarwa, ururimi rwanje rukanezerwa, Kandi n’umubiri wanje uzoba nko mu gikāri, wizigiye ibizoba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |