Ivyakozwe 2:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Izuba rizohinduka umwijima, ukwezi guhinduke amaraso, imbere y’ukuza kwa wa musi w’Uhoraho uhambaye kandi w’ubwiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Izuba rizocura umwiza, N’ukwezi guhinduke amaraso, Hataraza uwo musi mukuru rurangiranwa w’Uhoraho: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |