16 Ibi ni ivyari vyaravuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yoweli, aho yavuga ati:
16 arikw ivyo n’ivyavuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yoweli,
Aba bantu ntibaborewe nk’uko muvyiyumvira. Raba haracari isaha zitatu z’igitondo.
‘Uku ni ko Imana ivuze, iti: Mu bihe vya nyuma nzosuka Mpwemu wanje ku bantu bose; abahungu banyu n’abakobwa banyu bazovugishwa nanje, n’abasore banyu bazobona ivyo beretswe, abatama banyu bazorota inzozi.