Ivyakozwe 2:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Petero aca arahaguruka ari kumwe na bamwe cumi n’umwe, avuga n’ijwi rirenga abwira abari aho ati: “Bayuda benewacu, namwe mwese muri i Yerusalemu, nimuntege amatwi, mutahure neza ibibaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Ariko Petero ahagararana na bamwe cumi n’umwe, ababariza ijwi rirenga, ati Yemwe Bayuda n’ababa i Yerusalemu mwese, ibi ni mubimenye, kandi ni mwumvirize amajambo yanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |