Ivyakozwe 19:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Erega turashobara kwagirizwa imigumuko kubera ibibaye uno musi. Kandi nta co twokwireguza kuko nta kintu na kimwe gifadika cabitumye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Mbere turi mw irinde, kumbure ibibaye uyu musi vyotuma turegwa ubugarariji, kukw ata nyanduruko; kandi ntituzoshobora gusobanura icakoranije iri shengero rivurunganye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |