Ivyakozwe 19:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Pawulo arababwira ati: “Umubatizo wa Yohana wari uwo kwihana. Yahamagarira abantu kwizera uwagira aze inyuma yiwe, uwo na we ni Yesu.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Paulo ati Yohana yabatije umubatizo wo kwihana, abarira abantu ko bakwiye kwizera ūzoza hanyuma yiwe, ni Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |