Ivyakozwe 19:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe37 Aba bantu mwabazanye ngaha kandi ata na kimwe bivye mu ngoro canke ngo batuke imana yacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Kuko muzanye aba bagabo, bativye ivyo mu ngoro z’imana kandi batārogose ku manakazi yacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |