Ivyakozwe 19:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Na bamwe mu batware b’iyo ntara, bari abagenzi ba Pawulo, bamutumako bamwinginga ngo ntahirahire ngo yinjire muri ico kibanza kiberamwo ibirori. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Kandi bamwe mu bakuru bo muri Asiya, kuko bār’ abagenzi, bamutumako bamwinginga ngo yoye kwiroha mu kibuga c’ibirori. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |