Ivyakozwe 19:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Maze Pawulo arababaza ati: “None mwabatijwe uwuhe mubatizo?” Baramwishura bati: “Umubatizo wa Yohana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Arababaza, ati None mwabatijwe umubatizo ki? Bat’ Umubatizo wa Yohana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |