Ivyakozwe 19:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Mu mwanya muto igisagara cose cuzura imigumuko. Abantu bose biruka baja mu kibaza c’ibirori, bagenda barakwega Gayo na Arisitariko, abari bagendanye na Pawulo kuva i Makedoniya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Maz’ igisagara cose kiravurungana, bashwabadukira icarimwe baja ku kibuga c’ibirori, bashika Gayo na Arisitariko Abanyamakedoniya, bāgendana na Paulo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |