Ivyakozwe 19:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 None murumva ingene wa mugabo Pawulo yemeje abantu, akazimiza benshi muri Efeso, ndetse no muri Aziya yose. Avuga ko imana zikozwe n’abantu atari imana na mba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Murabona kandi murumva yukw atari muri Efeso honyene, ariko nko muri Asiya hose, umwe Paulo yoheje abantu benshi akabahindura, at’ Imana zākozwe n’intoke si zo mana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |