Ivyakozwe 19:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Nuko akoranya abandi bacuzi bari basangiye umwuga, ababwira ati: “Bagenzi, murazi ko uwu mwuga ari wo udutungishije. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Nukw abakoraniriza hamwe n’abandi bākora ibikorwa ben’ ivyo, arababgira, ati Yemwe bagabo, murazi yuk’ ubutunzi bgacu buva mur’ iki gikorwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |