Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 19:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Iyo migumuko yadutse ivuye ku mugabo yitwa Demetiriyo yari afise umwuga wo gucura ibintu mw’ifeza, ni na we yakora mw’ifeza utunyabugoro tw’ikigirwamanakazi Arutemi, kandi uwo mwuga wazanira inyungu nini abawukora.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Hār’ umuntu yitwa Demetiriyo, umucuzi w’ifeza, yacura utunyabugoro twa Arutemi mw ifeza, akaronkesha abacuzi biwe inyungu nyinshi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 19:24
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umusi umwe, turiko turaja ha hantu ho gusengera, duhura n’umuguranokazi yari afise impwemu yo kuragura, yatuma amenya ivya kazoza, agacira amahera menshi ba shebuja mu kuragura.


Maze ba shebuja babonye ko bagiye guhomba amahera yahora abacira, bafata Pawulo na Silasi, babajana imbere y’abatware, mu kibanza gikoraniramwo abantu benshi.


Nuko akoranya abandi bacuzi bari basangiye umwuga, ababwira ati: “Bagenzi, murazi ko uwu mwuga ari wo udutungishije.


Nimba Demetiriyo n’abandi bacuzi bagenziwe bafise ivyo babagiriza, sentare ziruguruye, kandi n’abacamanza barahari, barabitwarira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ