Ivyakozwe 19:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Aca arungika babiri mu bamufasha ibikorwa, ari bo Timoteyo na Erasito, baja i Makedoniya, na we aca amara ikindi gihe gito muri Aziya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Atuma abāgenda bamukorera babiri, Timoteyo na Erasito, ngo baje i Makedoniya; ariko we, atebera muri Asiya imisi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |