Ivyakozwe 18:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Kubera ko bari basangiye umwuga wo kujisha amahema, yaciye abana na bo, barakorana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kandi kuko bāri bahūje ubuhinga, abana na bo, barabungirana, kuk’ ubuhinga bgabo bgar’ ubgo kujisha amahema. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |