Ivyakozwe 18:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Apolo yipfuje kuja muri Akaya, bene Data bamutera intege, batako bandikira ikete abigishwa baho kugira baze bamwakire. Ashitseyo agirira ikimazi kinini abari barizeye ku bw’ubuntu bw’Imana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Agomvye kujabuka ngw aje muri Akaya, bene Data baramuremesha, bandikira abigishwa ngo bamwākīre. Na we ashitseyo, ubuntu bg’Imana bumutera gufasha cane abizeye: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |