Ivyakozwe 18:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Yari yarigishijwe inzira y’Umwami Yesu, kandi n’aho yari yabatijwe umubatizo wa Yohana gusa, yigisha ivya Kristo ashize amanga mu kuri kwose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Uwo yari yigishijwe inzira y’Umwami wacu, acānīrwa mu mutima n’umwete, yavuga yigisha ivya Yesu avyitondeye, yar’ azi umubatizo wa Yohana gusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |