Ivyakozwe 18:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Nabo baca basimbira kuri Sositene umukuru w’isinagogi, bamukubitira aho nyene imbere y’inzu y’ubucamanza. Ariko Galiyo ntiyavyitaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Abagiriki bose basūmira Sositene, umukuru w’isinagogi, bamukubitira imbere y’intebe y’imanza. Ariko Galiyo, ivyo vyose ntiyabibabara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |