Ivyakozwe 18:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Ariko ko numva ari ingorane y’amajambo, amazina n’ivyagezwe vyanyu, nimurwicire mwebwe nyene. Sinshobora guca imanza nk’izo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 ariko kw ar’ibihāri vy’amajambo n’ivy’ amazina n’ivy’ ivyagezwe vyanyu ubganyu, ni mubimare ubganyu: jeho singomba guca urubanza rwa ben’ ivyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |