Ivyakozwe 18:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Ariko Pawulo agira afate ijambo, Galiyo abwira Abayuda ati: “Yemwe Bayuda, iyo muba mwariko mumwagiriza ikibi canke icaha gikomeye, vyari kwumvikana ko nkwiye gufata umwanya nkabumviriza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Paulo arikw arahaga amatama, Galiyo abgira Abayuda, at’ Iyo haba hāri habonetse ibirego vy’icaha, cank’ igicumuro kigoye, yemwe Bayuda, hari kuboneka inyanduruko yuko mbihanganira kubumva: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |