Ivyakozwe 18:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Igihe Galiyo yatwarira Kayisari muri Akaya, Abayuda bahuje umutima n’inama kugwanya Pawulo, bamutwara ku bacamanza အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Maze Galiyo abaye icēgēra ca Kayisari muri Akaya, Abayuda bahūza inama bakūrira hasi Paulo, bamujana imbere y’intebe y’imanza, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |