Ivyakozwe 17:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Ariko bamwe mu bari aho baca bacika abigishwa ba Pawulo, barizera. Muri abo harimwo Diyonisiyo, umwe mu bagize inama Areyopago, umugore yitwa Damari, hamwe n’abandi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Arikw abagabo bamwe bīfatanya na we barizera; muri bo umwe ni Diyonisiyo wo mu Bareyopago, kandi n’umugore yitwa Damari, n’abandi hamwe na bo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |