Ivyakozwe 17:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 kuko yashinze umusi izocira imanza isi mu bugororotsi, ikoresheje uwo yagenye. Iyo Imana yabigaragaje kuri bose mu kumuzura mu bapfuye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 kuko yashinze umusi wo gucirakw isi yose amateka y’ukuri, izoyacisha umuntu yatoranije, kandi yahaye bose ikimenyamenya c’ivyo, mu kumuzura imukūye mu bapfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |