Ivyakozwe 17:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Ni kubera yo tubayeho, tukagendagenda, kandi tukagira ubuzima. Nk’uko bamwe mu bahinga banyu babivuze, ‘Turi uruvyaro rwayo.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Kuko muri yo ari ho tubeshejweho, tugenda, turi n’ubugingo; nk’uko na bamwe bo mu bigeneye indirimbo banyu bāvuze, bati Kuko natwe, tur’ uruvyaro rwayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |