Ivyakozwe 17:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Imana yakoze ivyo kugira ngo abantu bayirondere, kandi kugira ngo kumbure nibagerageza kuyirondera baze bayibone, n’aho itari kure y’umuntu n’umwe muri twebwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 kugira ngo barondere Imana, ngo namba kumbure bakabakavye boyibona, nah’ itari kure y’umuntu n’umwe muri twebge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |