Ivyakozwe 17:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Ntikeneye ko abantu bayifasha nkaho umenga hari ico ibuze, kuko ari yo nyene iha abantu ubuzima no guhumeka, hamwe n’ibindi vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 kandi ntikorerwa n’amaboko y’abantu, nk’ūri n’ic’ akennye: kukw ari yo yahaye bose ubugingo, no guhumeka, n’ibindi vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |