Ivyakozwe 17:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Kuko igihe nariko ndagendagenda ndaba ivyo mukoresha mu gusenga, nabonye n’igicaniro canditsweko ngo: ic’imana itazwi. None rero iyo musenga mutazi niyo ngira ndababwire. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Kukw aho nagendagenda nitegereza ivyo musenga, nasanze hari n’igicaniro canditsweko, ngw IC’ IMANA ITAZWI. Nukw iyo musenga mutayizi, ni yo mbabarira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |