Ivyakozwe 17:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Nuko Pawulo ahagarara imbere y’ikoraniro rya Areyopago, avuga ati: “Yemwe bantu bo muri Atenayi, ndabona ko mwubaha cane imana zanyu mu buryo bwose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Paulo ahagarara hagati muri Areyopago, aravuga, ati Bagabo bo muri Atenayi, mbonye muri vyose ko mukabije kwubaha imana zanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |