Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 17:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Nuko bamujana imbere y’abagize inama nkuru y’igisagara ari yo bita Areyopago, bamubwira bati: “Twoshobora kumenya izo nyigisho nshasha uzanye?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Baramufata bamujana ahitwa Areyopago, baramubaza, bati Mbeg’ ubona twoshobora kumenya ukwo kwigisha gusha uvuga ukw ari kwo?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 17:19
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Muzohagarara imbere y’abatware n’abami muzira kuba abigishwa banje, kugira ngo munshingire intahe imbere yabo n’imbere y’Abanyamahanga.


Abantu bose baratangara, barabazanya bati: “Mbega ibi ni ibiki? Ni inyigisho nshasha kandi zirimwo ububasha! N’impwemu mbi na zo arazitegeka zikamwumvira!”


Ndabahaye icagezwe gishasha: Nimukundane. Nk’uko nabakunze, ni ko namwe mukwiye gukundana.


Ivyo uzanye bimeze nk’ivyaduka mu matwi yacu, tugomba kumenya ivyo ari vyo.”


Nuko Pawulo ahagarara imbere y’ikoraniro rya Areyopago, avuga ati: “Yemwe bantu bo muri Atenayi, ndabona ko mwubaha cane imana zanyu mu buryo bwose.


Ariko bamwe mu bari aho baca bacika abigishwa ba Pawulo, barizera. Muri abo harimwo Diyonisiyo, umwe mu bagize inama Areyopago, umugore yitwa Damari, hamwe n’abandi.


Wa mukuru w’abasoda aca afata ukuboko wa musore, amwinjiza mu nzu, aramubaza ati: “Ugomba kumbarira iki?”


Haheze imisi myinshi, Felisi azanana n’umugore wiwe Durusila, yari Umuyudakazi, atumako Pawulo kugira ngo amwumvirize avuga ivy’ukwizera Kristo Yesu.


Agiripa aca abwira Fesito ati: “Nanje ndashaka kwiyumvira uwo muntu.” Aramwishura ati: “Ejo uzomwiyumvira.”


Agiripa na we abarira Pawulo ati: “Urahawe uburenganzira bwo kwiregura.” Pawulo aca aramvura ukuboko, atangura kwiregura, avuga ati:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ