Ivyakozwe 17:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Ivyo vyatumye yama aja mw’isinagogi yaho, agaharira n’Abayuda n’Abagiriki bubaha Imana, kandi imisi yose yama aja mu bibanza abantu bahuriramwo, agahaririraho n’abo ahasanze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Nukw ahārīrira n’Abayuda n’abubaha Imana mw isinagogi, no mu kaguriro imisi yose ahārīra n’abāmusangaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |