Ivyakozwe 17:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Ubwo nyene bene Data baca barungika Pawulo ajana inzira ija ku kiyaga, ariko Silasi na Timoteyo baguma i Beroya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Uwo mwanya bene Data banyuruza Paulo ngw ahave, aje ku kiyaga; ariko Sila na Timoteyo basigarayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |