Ivyakozwe 16:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Bashikiriye urubibe rwa Musiya, bagerageza kwinjira i Bituniya, ariko naho nyene Mpwemu wa Yesu ntiyabemerera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Bashitse ahabangikanye n’i Musiya, bagerageza kuja i Bituniya, Mpwemu wa Yesu ntiyabakundira: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |