Ivyakozwe 16:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Mu bisagara bacamwo, bagenda barashikiriza abizera ivyashinzwe n’intumwa n’abakuru b’ishengero b’i Yerusalemu babahimiriza kuvyitondera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Bariko baraca mu bisagara, bagenda bababgira ivyo intumwa n’abakuru b’i Yerusalemu bāshinze, ngo bavyitondere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |