Ivyakozwe 16:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Iyo saha, muri iryo joro nyene, aca abajana kuboza ibikomere vyabo, maze we n’abo mu nzu yiwe bose baca barabatizwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Mur’ ico gihe nyene c’ijoro arabajana, abuhagira inguma z’inkoni, aca arabatizwa, bo n’abiwe bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |