Ivyakozwe 16:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Nuko amara imisi avuga ivyo, gushika aho Pawulo adundumirwa, arahindukira abwira iyo mpwemu ati: “Mw’izina rya Yesu Kristo, ndagutegetse, muvemwo.” Ubwo nyene ya mpwemu ica iramuvamwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Amara imisi myinshi agenza artyo. Ariko Paulo adundumiwe, arahindukira, abarira dayimoni, ati Ndakubariye mw izina rya Yesu Kristo, muvemwo. Amuvamwo mur’ ako kanya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |