Ivyakozwe 16:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Maze wa mukobwa akurikira Pawulo n’abo twari kumwe bose, asemerera ati: “Aba bantu ni abakozi b’Imana Musumbavyose, baje kubabwira inzira ibashikana ku gakiza.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Uyo aradukurikira twebge na Paulo, asemerera, at’ Aba bantu n’abasavyi b’Imana isumba vyose, kandi bababarira inzira y’agakiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |