Ivyakozwe 16:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 We n’abo mu nzu yiwe bamaze kubatizwa, aca aradutumira iwe avuga ati: “Nimba mubona ko ndi uwizera Umwami Yesu, nimuze mube iwanje.” Nuko aratugobera gushika twemeye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Amaze kubatizanywa n’abo mu nzu yiwe, aratwinginga, at’ Asangwa mubonye nd’uwizeye Umwami Yesu, ni muze i wanje, musembereho. Aratugōbēra. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |