Ivyakozwe 16:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ku musi w’Isabato, turasohoka tuja inyuma y’igisagara ku ruzi, twibaza ko dushobora kuronka ahantu ho gusengera. Nuko turicara dutangura kuyaga n’abagore bari bahakoraniye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ku musi w’isabato turenga irembo ry’igisagara, tuja ku ruzi, dukēka ko hobay’ ahahora hasengerwa. Turicara, tuyāga n’abagore bahakoraniye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |