Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 16:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Nuko tuva i Tirowa mu bwato turaramiriza gushika i Samotirake, ku musi ukurikira naho dushika i Neyapoli.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Nuko tuvuduka i Tirowa mu bgato, turaramiriza tuja i Samotirake, bukeye bg’aho dushika i Neyapoli,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 16:11
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze abo baba baragenda, baturindirira i Tirowa.


Tumaze gusezera abakuru bo muri Efeso no gutandukana na bo, duca twurira ubwato tuja i Kosi. Ku musi ukurikira tuja i Rodo, hanyuma tuvayo tuja i Patara.


Igihe naja i Tirowa kuvuga Ubutumwa Bwiza bwa Kristo, nasanze Imana yanyugururiyeyo imiryango yo kubikora.


Niwaza uzonzanire ikoti y’imbeho nasize kwa Karupo i Tirowa, n’ibitabu vyanje, na canecane imizingo y’ibitabu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ