Ivyakozwe 16:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Pawulo amaze kwerekwa ivyo, duca turitegura ubwo nyene tuja i Makedoniya, kuko twari dutahuye neza ko Imana iduhamagariye kuja kuvugayo Ubutumwa Bwiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Amaze kurota izo nzozi, duca turondera ingene tuja i Makedoniya, kuko tumenye yukw Imana iduhamagariye kubabgira ubutumwa bgiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |