Ivyakozwe 15:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 I Yerusalemu bakiriwe n’ishengero hamwe n’intumwa ziri kumwe n’abakuru b’ishengero, na bo babiganira ivyo Imana yabakoresheje vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Bashitse i Yerusalemu, ishengero n’intumwa n’abakuru barabākīra, na bo babīgānira ivy’ Imana yakoranye na bo vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |