Ivyakozwe 15:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 ariko Pawulo we abona ko bitabereye ko bojana kuko yigeze kubata i Pamfiliya, ntiyabandanyana na bo mu gikorwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Ariko Paulo ntivyamubera vyiza kujana uwabataye i Pamfiliya, ntajane na bo mur’ ico gikorwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |